Lino G – Legend

67
0

Lyric

Intro
(Nta Legend a callinga all night

Nta Legend afukamira i ninja – CB Music

Nta Legend atinya gu cheatinga

Nta Legend numwe atinya break up)

Nta Legend a callinga all night
Nta Legend afukamira i ninja

Nta Legend atinya gu cheatinga

Nta Legend numwe atinya break up

Yea yea – Umva ukuri

Rimwe na rimwe mbura umwana
Sometimes undondera ukambura
I see the way you look so nice, erega ndagukumbura
Kandi ndakurondera vyanka, panga nka pangura
Mi nkabubwira ko ndi outside, komeza kundindira
Yea yea
Ni nakubwira ngo sinobaho ntagufise
Nzoba ndakubesha, Fata fone ntuyikupe
Ni waronka aka map ntugasige
Naho koba ko gukesha uze wibuke garuke

Nimba ufise uwukunda

Mumenyeshe kuri Legend

Wabonye benshi bamusumba

Ariko mutakirikumwe

Tuba dufise gahunda

And we don’t care how we see the distance

Iwacu umwanya uragugwa

Dukore ibiri kuri liste Yeah yeah

Nta Legend a callinga all night
Nta Legend afukamira i ninja

Nta Legend atinya gu cheatinga

Nta Legend numwe atinya break up

Niwanyima nzorondera besto
Nta Legend arira ishashe imbobo
Legend ntatinya ikibondo
Nti dugitera igwara baby we are broke
Tuba twifunga cane sha
Niyompamvu ubona ntagupostinga

Ooh baby reka kwirusha

Ukunzwe cane mwibanga
Nkaka ganja yeah yeah

Ni nakubwira ngo sinobaho ntagufise
Nzoba ndakubesha, fata fone ntuyikupe
Ni waronka aka map ntugasige
Naho kobako gukesha uze wibuke garuke
Nimba ufise uwukunda

Mumenyeshe kuri Legend

Wabonye benshi bamusumba

Ariko mutakirikumwe

Tuba dufise gahunda

And we don’t care how we see the distance

Iwacu umwanya uragugwa

Dukore ibiri kuri liste Yeah yeah

Nta Legend a callinga all night
Nta Legend afukamira i ninja

Nta Legend atinya gu cheatinga

Nta Legend numwe atinya break up

Leave a Reply